Welcome to RPA   Click to listen highlighted text! Welcome to RPA Powered By GSpeech

Radio Publique Africaine
“La voix des sans voix”

Ikiganiro KARAHARA MU RUGANDA co ku wa 27 06 2024: kigaruka kumashikanwa yashikaniwe umuryango w'umukuru w'igihugu, muguhimbaza imyaka 4 Ndayishimiye amaze ari kubutegetsi, mubirori vyabereye mu ntara ya Mwaro, kuwa 22 Ruheshi 2024. Ivyo bikaba mugihe aba

Ecouter:

KARAHARA MURUGANDA DU 25 04 2024 co kuwa 25 04 2024:Ubukene bw'ibinyobwa vya Brarudi, ibidandazwa bije vyiyongera kubindi bitari bike bikenye mu gihugu: Abarundi babibayemwo gute? Umuti woba uwuhe?

Ecouter:

Ikiganiro KARAHARA MU RUGANDA NTIBACURA co ku wa 30 05 2024: kigaruka ku mashirahamwe ya leta ubutunzi bwayo bugeze aho umwansi ashaka. Imvo zico kibazo zigizwe ahanini : N’itunganywa nabi ryayo, ukurya ibiturire hamwe n’ukwivanga kwa leta mubikorwa vyay

Ecouter:

Ikiganiro KARAHARA co ku wa 28 03 2024: Reta itegerezwa gufata ingingo zose zishoboka kugira ihangane n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika amaze komora abanyagihugu mubibanza babamwo.

Faire un don

Nos journaux parlés

Qui est en ligne?

Nous avons 562 invités et aucun membre en ligne

Click to listen highlighted text! Powered By GSpeech