- Ecouter:
- Ikiganiro KARAHARA co ku wa 26 01 2024: Iyugarwa ry’imbibe u Burundi buhana n’igihugu c’u Rwanda, ingingo izosubiza inyuma ibisata bitandukanye vy’u Burundi, na cane cane ic’ubutunzi gisanzwe gihobahoba.
- Ikiganiro AKOHAMBERE co ku wa 28 12 2023: Igingo ya reta yo gusubiramwo itegekon ringenga amafaranga mu mwaka 2023-2024 harico izofasha mu butunzi bw’uburindi bugeze habi ?
- KARAHARA du 30 11 2023: n'iki cokorwa kugira umugambi wa reta wo gukura abana mw'ibarabara ushigwe mungiro neza?
- KARAHARA CO KU WA 26 10 2023: Itorwa ry'u Burundi mu nama ya ONU iraba ibijanye n'agateka ka zina muntu hamwe n'iyongerwa ry'ikiringo ku ntumwa idasanzwe ya ONU mu Burundi, vyoba bihushanye canke biruzuzanya?