Welcome to RPA   Click to listen highlighted text! Welcome to RPA Powered By GSpeech

Radio Publique Africaine
“La voix des sans voix”

Ikiganiro KARAHARA MU RUGANDA co ku wa 26 Nyakanga 2024: kigaruka ku nyifato y'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye kubibazo vy'ubutunzi asa n'udafitiye inyishu agahitamwo kwidoga nk'abandi banyagihuhu, bigatuma abarundi bibaza ko igihugu ataho kiriko

Ecouter:

KARAHARA MU RUGANDA NTIBACURA CO KU WA 25 07 2024: Itagisi ry'imiduha rigiye gutwozwa kw'ilitiro ry'igitoro riguzwe : Abanyagihugu n'abize ivy'ubutunzi babona gute iyo ngingo nshansha?

Ecouter:

Ikiganiro KARAHARA MU RUGANDA co ku wa 29 08 2024: kigaruka ku ngingo yo kurekurira abadandaza bose bavyipfuza kudandaza isukari kugira ikibazo c’ibura c’ico kidadandazwa rimaze imyaka myinshi kihere.

Ecouter:

Ikiganiro KARAHARA MU RUGANDA co ku wa 27 06 2024: kigaruka kumashikanwa yashikaniwe umuryango w'umukuru w'igihugu, muguhimbaza imyaka 4 Ndayishimiye amaze ari kubutegetsi, mubirori vyabereye mu ntara ya Mwaro, kuwa 22 Ruheshi 2024. Ivyo bikaba mugihe aba

Ecouter:

Faire un don

Nos journaux parlés

Qui est en ligne?

Nous avons 712 invités et aucun membre en ligne

Click to listen highlighted text! Powered By GSpeech