Welcome to RPA   Click to listen highlighted text! Welcome to RPA Powered By GSpeech

Radio Publique Africaine
“La voix des sans voix”

KARAHARA MU RUGANDA NTIBACURA co ku wa 25 06 2020. Uburundi nico gihugu ca mbere gikenye kw'isi nkuko biri mu cegeranyo gishasha c'ibanki yisi yose. Ni izahe nzitizi zituma uburundi buja murico kibanza?Ubutegetsi bwokora iki kugira buzamure ubutunzi?

Ecouter:

Karahara mu Ruganda co ku wa 31 03 2020. Ikiza c'umugera wa coronavirus kiriko kirahonya abantu benshi kandi n'igisata c'ubutunzi kiri mubibangamiwe. N'iyihe nyifato y'ibihugu yotuma haba inyishu kubutunzi bw'isi? (RPA, INZAMBA na TELE RENAISSANCE)

Ecouter:

Karahara mu Ruganda co ku wa 30 04 2020. Ibanki yo gushigikira imigambi y'urwaruka BIJE iherutse gutangura gukora mu ntara ya Gitega. Urwaruka ruvyakira gute? Ni iyahe nsiguro y'abanonosoye ivy'ubutunzi?

Ecouter:

Karahara mu Ruganda co ku wa 37 02 2020. Agateka k'abana ukwo kifashe mu Burundi. (RPA, INZAMBA na TELE RENAISSANCE)

Ecouter:

Faire un don

Nos journaux parlés

Qui est en ligne?

Nous avons 221 invités et aucun membre en ligne

Click to listen highlighted text! Powered By GSpeech